Русские видео

Сейчас в тренде

Иностранные видео


Скачать с ютуб #WarakozeMana в хорошем качестве

#WarakozeMana 5 лет назад


Если кнопки скачивания не загрузились НАЖМИТЕ ЗДЕСЬ или обновите страницу
Если возникают проблемы со скачиванием, пожалуйста напишите в поддержку по адресу внизу страницы.
Спасибо за использование сервиса savevideohd.ru



#WarakozeMana

#WarakozeMana. « Hagusenzerana ntushitse wopfuma ureka.» Iyo ni imwe mu mpanuro Imboneza yamaho mu mugambwe CNDD-FDD, akaba n’Umukuru w’igihugu c’Uburundi Nyenicubahiro Petero Nkurunziza yahaye abagumyabanga n’abakunzi b’umugambwe CNDD-FDD igihe hariko hugurugwa igikorane mpuzamadini kuwa kane 24 Nzero 2019 mu ntara ya Gitega. Yarongeye ati : « Ko twafashe iyo ngendo yo kwama tugendanira Imana, tugafata ingingo yo kugira dushobozwe nayo kugira tugume muri iryo sezerano, twari kumva ko twokwama twisonzesha dusengera igihugu Imana icishamwo ubutunzi iduha » Yibukije abari aho i Gitega ko uwudakunze igihugu, aba yanse Imana yakiremwe nivyo yagishizemwo vyose. Yongeye ati : « Gukoranira hamwe dusenga mu ntango z’umwaka wa 2019, ni ukugira abagumyabanga dusubire kunagura imigenderanire n’Imana. »

Comments