У нас вы можете посмотреть бесплатно Umukuru w'Igihugu arashimira abanya Mukike kuba bafashe iyambere mu guteza imbere komine yabo. или скачать в максимальном доступном качестве, которое было загружено на ютуб. Для скачивания выберите вариант из формы ниже:
Если кнопки скачивания не
загрузились
НАЖМИТЕ ЗДЕСЬ или обновите страницу
Если возникают проблемы со скачиванием, пожалуйста напишите в поддержку по адресу внизу
страницы.
Спасибо за использование сервиса savevideohd.ru
#Burundi: Umukuru w'igihugu Evariste Ndayishimiye avuga ko komine Mukike ari komine y'abumva kare koko. Mu mwaka wa 2020 iyo komine yinjiza mu bigega vyayo imiriyoni zitarenga 4 ku kwezi ariko ubu igeze aho yinjiza imiriyoni 40 ku kwezi avuye mu makori ava cane cane mu mwimbu w'uburimyi. Iyo komine ikaba yari yagendewe n'Umukuru w'Igihugu kuri uno wa 11 Mukakaro 2024 aho yari yifadikanije n'abenegihugu guca imikobeko ikinga inkukura.